Ezekiyeli 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “‘Maze izina ryawe ritangura kwamamara mu mahanga kubera ubwiza bwawe, kuko ata kanenge ryagira kubera ubwiza bwanje bwakaka nagushizeko+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”
14 “‘Maze izina ryawe ritangura kwamamara mu mahanga kubera ubwiza bwawe, kuko ata kanenge ryagira kubera ubwiza bwanje bwakaka nagushizeko+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”