ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 9:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mu burake bwa Yehova nyen’ingabo igihugu kiradometswe, kandi abantu bazocika nk’indya z’umuriro+. Nta n’uwuzogirira impuhwe mwene wabo+.

  • Yesaya 33:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Musama inda y’ivyatsi vyumye+; muzovyara ibishakara. Impwemu yanyu izobarigata+ nk’umuriro+.

  • Malaki 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Kuko ehe wa musi uriko uraza, umusi waka nk’itanure+, kandi abita imbere bose be n’abakora ivy’ububisha bose bazotegerezwa gucika nk’ibishakara+. Kandi uwo musi uriko uraza uzobarigata koko,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “ntihagire n’umuzi canke agashami ubasigariza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika