Yesaya 60:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Nta wuzosubira kwumva ubukazi mu gihugu cawe, ukunyaga canke ugusenyuka hagati y’imbibe zawe+. Kandi impome zawe ntuzobura kuzita Ubukiriro+, amarembo yawe na yo Ishemezo. Yoweli 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi Yehova azokwishura abantu biwe ati: ‘Ehe ngira ndabarungikire intete n’umuvinyu mushasha n’amavuta, namwe ntimuzobura guhazwa na vyo+; kandi sinzokwongera kubagira iceyi mu mahanga+.
18 “Nta wuzosubira kwumva ubukazi mu gihugu cawe, ukunyaga canke ugusenyuka hagati y’imbibe zawe+. Kandi impome zawe ntuzobura kuzita Ubukiriro+, amarembo yawe na yo Ishemezo.
19 Kandi Yehova azokwishura abantu biwe ati: ‘Ehe ngira ndabarungikire intete n’umuvinyu mushasha n’amavuta, namwe ntimuzobura guhazwa na vyo+; kandi sinzokwongera kubagira iceyi mu mahanga+.