Yesaya 14:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mbere n’ibiti vy’imiberoshi+ na vyo nyene biranezerewe kubera wewe, amasederi y’i Libani, ngo: ‘Kuva aho uryamiye hasi, nta mwicizi w’ibiti+ aduga kutubangamira.’ Zakariya 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Boroga wa giti c’umuberoshi, kuko isederi itemvye; kubera ko abakomakomeye banyazwe+. Nimuboroge mwa biti bisagaraye vy’i Bashani, kuko ca kibira c’intamenwa gitemvye+.
8 Mbere n’ibiti vy’imiberoshi+ na vyo nyene biranezerewe kubera wewe, amasederi y’i Libani, ngo: ‘Kuva aho uryamiye hasi, nta mwicizi w’ibiti+ aduga kutubangamira.’
2 Boroga wa giti c’umuberoshi, kuko isederi itemvye; kubera ko abakomakomeye banyazwe+. Nimuboroge mwa biti bisagaraye vy’i Bashani, kuko ca kibira c’intamenwa gitemvye+.