Yesaya 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 no ku masederi yose y’i Libani+ agereza hejuru kandi yidugije, no ku biti bisagaraye vyose vy’i Bashani+; Yesaya 32:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Hazogwa koko urubura ikibira nicamanuka+ n’igisagara kikaja hasi, kigacishwa bugufi+.
13 no ku masederi yose y’i Libani+ agereza hejuru kandi yidugije, no ku biti bisagaraye vyose vy’i Bashani+;