Zaburi 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yehova ni inkomezi ku bantu biwe+,Kandi ni igihome gikomeye c’ubukiriro buhambaye bw’uwo yarobanuje amavuta+. Zaburi 68:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Mana, igihe wasohoka ugendera imbere y’abantu bawe+,Igihe wagenda uca mu bugaragwa+—Sela—
8 Yehova ni inkomezi ku bantu biwe+,Kandi ni igihome gikomeye c’ubukiriro buhambaye bw’uwo yarobanuje amavuta+.