1 Samweli 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+. 2 Samweli 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Imana yanje ni yo gitandara+ canje. Nzohungira muri yo,Ni yo nkinzo+ yanje n’ihembe+ ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+,Ahantu hanje ho guhungira+, Umukiza+ wanje; urankiza ukankura mu bukazi+.
13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+.
3 Imana yanje ni yo gitandara+ canje. Nzohungira muri yo,Ni yo nkinzo+ yanje n’ihembe+ ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+,Ahantu hanje ho guhungira+, Umukiza+ wanje; urankiza ukankura mu bukazi+.