Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. 1 Samweli 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+. Zaburi 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova ni we rutare rwanje, igihome canje gikomeye akaba na we ankiza+.Imana yanje ni yo gitandara canje. Nzohungira muri yo+,Ni yo nkinzo yanje n’ihembe ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+.
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+.
2 Yehova ni we rutare rwanje, igihome canje gikomeye akaba na we ankiza+.Imana yanje ni yo gitandara canje. Nzohungira muri yo+,Ni yo nkinzo yanje n’ihembe ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+.