Itanguriro 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu nyuma amuvyarira Zimurani na Yokishani na Medani na Midiyani+ na Ishibaki na Shuwa+. Zaburi 83:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nubagirire nk’uko wagiriye Midiyani+, nk’uko wagiriye Sisera+,Nk’uko wagiriye Yabini+ ku mwonga Kishoni+.
9 Nubagirire nk’uko wagiriye Midiyani+, nk’uko wagiriye Sisera+,Nk’uko wagiriye Yabini+ ku mwonga Kishoni+.