Kuvayo 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ibisata vy’abantu bizokwumva+, bihagarike umutima+;Imisonga nk’iy’ukwibaruka+ izofata ababa mu Bufilisitiya. Guharura 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko Mowabu abwira abagabo b’inararibonye ba Midiyani+ ati: “Ubu iri shengero rizofyeta imicungararo yacu yose nka kurya ishūri ifyeta ivyatsi bitoto vy’ishamba.” Balaki+ mwene Zipori yari umwami wa Mowabu ico gihe nyene.
14 Ibisata vy’abantu bizokwumva+, bihagarike umutima+;Imisonga nk’iy’ukwibaruka+ izofata ababa mu Bufilisitiya.
4 Nuko Mowabu abwira abagabo b’inararibonye ba Midiyani+ ati: “Ubu iri shengero rizofyeta imicungararo yacu yose nka kurya ishūri ifyeta ivyatsi bitoto vy’ishamba.” Balaki+ mwene Zipori yari umwami wa Mowabu ico gihe nyene.