Yesaya 33:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+. Ezekiyeli 48:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Kuhakikuza azoba amatambwe ibihumbi cumi n’umunani; kandi izina ry’ico gisagara kuva uwo musi rizoba: Yehova ubwiwe ari ng’aho*+.” Ivyahishuwe 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ni co gituma bari imbere+ y’intebe y’ubwami y’Imana; kandi bariko bayikorera igikorwa ceranda+ umurango n’ijoro mu rusengero rwayo; kandi Uwicaye kuri iyo ntebe y’ubwami+ azosanza ihema ryiwe+ hejuru yabo.
22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+.
35 “Kuhakikuza azoba amatambwe ibihumbi cumi n’umunani; kandi izina ry’ico gisagara kuva uwo musi rizoba: Yehova ubwiwe ari ng’aho*+.”
15 Ni co gituma bari imbere+ y’intebe y’ubwami y’Imana; kandi bariko bayikorera igikorwa ceranda+ umurango n’ijoro mu rusengero rwayo; kandi Uwicaye kuri iyo ntebe y’ubwami+ azosanza ihema ryiwe+ hejuru yabo.