ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ico gihe bazokwita Yeruzalemu intebe y’ubwami ya Yehova+; kandi i Yeruzalemu ni ho amahanga yose azokoranirizwa+ kugira ngo ashemeze izina rya Yehova ng’aho+, kandi ntibazokwongera gukurikira akagagazo k’umutima wabo mubi+.”

  • Yoweli 3:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Amaraso yabo ntahora mfata ko ari ay’intungane, nzoyafata ko ari ay’intungane+; kandi Yehova azoba i Siyoni+.”

  • Zakariya 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Semerera n’ijwi rirenga wongere unezerwe, ewe mukobwa wa Siyoni+; kuko ehe ndaje+, kandi nzoba hagati muri wewe+,” ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika