Zaburi 103:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntiyadukoreye ibihwanye n’ibicumuro vyacu+;Eka ntiyatuzanyeko ivyo dukwiriye yisunze amakosa yacu+. Yesaya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Igihe Yehova azoba yakuyeho umwanda mukuru w’abakobwa ba Siyoni+, kandi biciye ku mpwemu y’urubanza no ku mpwemu y’ugutongora+ akugunyuza+ mbere n’amaraso+ Yeruzalemu yasheshe, akayivamwo, Ezekiyeli 36:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nzobamijagirako amazi atyoroye, namwe mube abatyoroye+; nzobuhagira ubuhumane bwanyu bwose+ n’ibigirwamana vyanyu vyose vy’umwanda+. Mika 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uzokwongera kutugirira imbabazi+; uzotsinda amakosa yacu+. Uzoshiburira ibwina mu kiyaga ibicumuro vyabo vyose+.
10 Ntiyadukoreye ibihwanye n’ibicumuro vyacu+;Eka ntiyatuzanyeko ivyo dukwiriye yisunze amakosa yacu+.
4 Igihe Yehova azoba yakuyeho umwanda mukuru w’abakobwa ba Siyoni+, kandi biciye ku mpwemu y’urubanza no ku mpwemu y’ugutongora+ akugunyuza+ mbere n’amaraso+ Yeruzalemu yasheshe, akayivamwo,
25 Nzobamijagirako amazi atyoroye, namwe mube abatyoroye+; nzobuhagira ubuhumane bwanyu bwose+ n’ibigirwamana vyanyu vyose vy’umwanda+.
19 Uzokwongera kutugirira imbabazi+; uzotsinda amakosa yacu+. Uzoshiburira ibwina mu kiyaga ibicumuro vyabo vyose+.