Ezira 9:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Inyuma y’ivyadushikiye vyose kubera ibikorwa bibi vyacu+ n’ukwagirwa n’icaha kwacu gukomeye—kuko wewe, ewe Mana yacu, utatugiriye ibihuye n’ikosa ryacu+, ukaba uduhaye abacitse kw’icumu nk’aba+— Zaburi 130:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Iyaba amakosa ari yo ugumizako ijisho+, ewe Ya,Ewe Yehova, ni nde yohagaze+? Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+.
13 Inyuma y’ivyadushikiye vyose kubera ibikorwa bibi vyacu+ n’ukwagirwa n’icaha kwacu gukomeye—kuko wewe, ewe Mana yacu, utatugiriye ibihuye n’ikosa ryacu+, ukaba uduhaye abacitse kw’icumu nk’aba+—
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+.