Yeremiya 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ku bw’ivyo, nimukenyere amagunira*+. Nimwikubite ku gikiriza, muboroge+, kuko ishavu rirurumba rya Yehova ritasubiye inyuma ngo rituveko+. Yeremiya 25:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “Boroge mwa bungere, musemerere+! Nimwikumbagaze hasi+, mwa bakomakomeye b’umukuku+, kuko imisi yanyu y’ugukererwa n’ugushwiragizwa kwanyu ikwiye+, kandi muzogwa koko nk’icombo gihimbaye+! Yoweli 1:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ikangure mwa mborerwa+ mwe, murire; nimuboroge+, mwa banywi b’umuvinyu mwese, kubera umuvinyu usosa+, kuko ukuwe ku minwa yanyu+. Yakobo 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ehe rero yemwe batunzi+, nimurire, muborogeshwe n’amagorwa agira abazeko+.
8 Ku bw’ivyo, nimukenyere amagunira*+. Nimwikubite ku gikiriza, muboroge+, kuko ishavu rirurumba rya Yehova ritasubiye inyuma ngo rituveko+.
34 “Boroge mwa bungere, musemerere+! Nimwikumbagaze hasi+, mwa bakomakomeye b’umukuku+, kuko imisi yanyu y’ugukererwa n’ugushwiragizwa kwanyu ikwiye+, kandi muzogwa koko nk’icombo gihimbaye+!
5 “Ikangure mwa mborerwa+ mwe, murire; nimuboroge+, mwa banywi b’umuvinyu mwese, kubera umuvinyu usosa+, kuko ukuwe ku minwa yanyu+.