Nehemiya 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Mu nyuma ziwe Malikiya, uwo mw’ishirahamwe ry’abacuzi b’inzahabu+, akora igikorwa co gusanasana gushika ku nzu y’Abanetinimu+ n’abacuruza+, imbere y’Irembo ry’Igendura no gushika ku cumba co hejuru co ku mfuruka. Ivyahishuwe 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Vyongeye, abadandaza b’ingenzi+ bo kw’isi baramuririra bongera bamuborogera+, kuko ata wuriho wo kwongera kugura ububiko bwabo bwuzuye,
31 Mu nyuma ziwe Malikiya, uwo mw’ishirahamwe ry’abacuzi b’inzahabu+, akora igikorwa co gusanasana gushika ku nzu y’Abanetinimu+ n’abacuruza+, imbere y’Irembo ry’Igendura no gushika ku cumba co hejuru co ku mfuruka.
11 “Vyongeye, abadandaza b’ingenzi+ bo kw’isi baramuririra bongera bamuborogera+, kuko ata wuriho wo kwongera kugura ububiko bwabo bwuzuye,