Gusubira mu vyagezwe 28:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Yehova azoguteza ibisazi+, n’uruhumyi+, n’ukuzazanirwa mu mutima+. Yesaya 59:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Tuguma dukabakaba uruhome nk’impumyi, tukaguma dukabakaba nk’abatagira amaso+. Twatsitaye ku mutaga w’amaminangohe nko mu gahwibi; mu bantu b’indyamunyu tumeze nk’abapfuye+.
10 Tuguma dukabakaba uruhome nk’impumyi, tukaguma dukabakaba nk’abatagira amaso+. Twatsitaye ku mutaga w’amaminangohe nko mu gahwibi; mu bantu b’indyamunyu tumeze nk’abapfuye+.