ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Uzogenda urakabakaba ku mutaga, nka kurya impumyi ikabakaba mu muzimagiza+, kandi ntuzotuma inzira zawe ziroranirwa; uzocika gusa uwama agungwa kandi yamburwa, ata wuri bugukize+.

  • Imigani 4:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Inzira y’ababisha imeze nk’umuzimagiza+; ntibazi ico baguma batsitarako+.

  • 1 Yohani 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo uwanka mwene wabo, ari mu mwiza kandi agendera mu mwiza+, kandi ntazi iyo ariko araja+, kuko umwiza wamuhumye amaso.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika