Ezira 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ibikoresho vyose vy’inzahabu n’ivy’ifeza vyari ibihumbi bitanu n’amajana ane. Vyose Sheshibazari+ arabidugana, igihe abari barajanywe ari inyagano+ baduganwa i Yeruzalemu bakuwe i Babiloni. Ezira 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 be n’ifeza zose n’inzahabu uzosanga mu ntara y’ubutware yose ya Babiloni hamwe n’ingabirano y’abantu+ n’iy’abaherezi batanga babikunze ku bw’inzu y’Imana yabo+ iri i Yeruzalemu; Ezira 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko abaherezi n’Abalewi bakira izo feza n’izo nzahabu n’ivyo bikoresho nk’uko uburemere bwavyo bwangana, kugira ngo babijane i Yeruzalemu ku nzu y’Imana yacu+. Ivyakozwe 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko haciye imyaka itari mike ndashika kugira ngo nzanire ihanga ryanje imfashanyo y’aboro, n’amashikanwa+.
11 Ibikoresho vyose vy’inzahabu n’ivy’ifeza vyari ibihumbi bitanu n’amajana ane. Vyose Sheshibazari+ arabidugana, igihe abari barajanywe ari inyagano+ baduganwa i Yeruzalemu bakuwe i Babiloni.
16 be n’ifeza zose n’inzahabu uzosanga mu ntara y’ubutware yose ya Babiloni hamwe n’ingabirano y’abantu+ n’iy’abaherezi batanga babikunze ku bw’inzu y’Imana yabo+ iri i Yeruzalemu;
30 Nuko abaherezi n’Abalewi bakira izo feza n’izo nzahabu n’ivyo bikoresho nk’uko uburemere bwavyo bwangana, kugira ngo babijane i Yeruzalemu ku nzu y’Imana yacu+.
17 Nuko haciye imyaka itari mike ndashika kugira ngo nzanire ihanga ryanje imfashanyo y’aboro, n’amashikanwa+.