Yesaya 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+. Abakolosayi 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kandi biciye kuri we ikongera kwisubizako+ ibindi bintu vyose+ mu kugarukana amahoro+ biciye ku maraso+ yasheshe ku giti co kubabarizwako+, vyaba ivyo kw’isi canke ivyo mw’ijuru.
6 Kuko hari umwana atuvukiye+, hari umuhungu duhawe+; ubutware bwa kiganwa buzoba ku rutugu rwiwe+. Kandi izina azokwitwa ni Umujanama w’agatangaza+, Imana ikomeye+, Data ahoraho+, Umuganwa w’amahoro+.
20 kandi biciye kuri we ikongera kwisubizako+ ibindi bintu vyose+ mu kugarukana amahoro+ biciye ku maraso+ yasheshe ku giti co kubabarizwako+, vyaba ivyo kw’isi canke ivyo mw’ijuru.