Yesaya 22:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi Umukama+ Segaba, Yehova nyen’ingabo, azotera akamo kuri uwo musi ko kurira+ no kugandara no kugira ubuhanza no gukenyera igunira+. Zakariya 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Bwira abanyagihugu bose n’abaherezi uti: ‘Hamwe mwahora mwisonzesha+ mwongera muboroga mu kwezi kugira gatanu no mu kwezi kugira indwi+, ivyo mukabigira mu myaka mirongo irindwi+, mbega ni jewe mwisonzeshereza+?
12 “Kandi Umukama+ Segaba, Yehova nyen’ingabo, azotera akamo kuri uwo musi ko kurira+ no kugandara no kugira ubuhanza no gukenyera igunira+.
5 “Bwira abanyagihugu bose n’abaherezi uti: ‘Hamwe mwahora mwisonzesha+ mwongera muboroga mu kwezi kugira gatanu no mu kwezi kugira indwi+, ivyo mukabigira mu myaka mirongo irindwi+, mbega ni jewe mwisonzeshereza+?