Ezira 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuko Hagayi+ umuhanuzi na Zekariya+ umwuzukuru wa Ido+ umuhanuzi bavuga ubuhanuzi mw’izina+ ry’Imana ya Isirayeli yari hejuru yabo+, babwira Abayuda bari muri Yuda n’i Yeruzalemu.
5 Nuko Hagayi+ umuhanuzi na Zekariya+ umwuzukuru wa Ido+ umuhanuzi bavuga ubuhanuzi mw’izina+ ry’Imana ya Isirayeli yari hejuru yabo+, babwira Abayuda bari muri Yuda n’i Yeruzalemu.