Abacamanza 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu misi ya Shamugari+ mwene Anati,Mu misi ya Yayeli+, iminyuro nta wayicamwo,Abafata ingendo mu mabarabara bajana inzira zizigura+. 2 Ngoma 15:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Muri ivyo bihe nta mahoro yariho ku wasohoka canke ku winjira+, kuko hari imivurungano myinshi mu baba muri ivyo bihugu bose+.
6 Mu misi ya Shamugari+ mwene Anati,Mu misi ya Yayeli+, iminyuro nta wayicamwo,Abafata ingendo mu mabarabara bajana inzira zizigura+.
5 Muri ivyo bihe nta mahoro yariho ku wasohoka canke ku winjira+, kuko hari imivurungano myinshi mu baba muri ivyo bihugu bose+.