Abacamanza 3:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Inyuma ya Ehudi haza Shamugari+ mwene Anati; yica Abafilisitiya+, abagabo amajana atandatu, akoresheje umuhunda w’inka; na we nyene akiza Isirayeli+.
31 Inyuma ya Ehudi haza Shamugari+ mwene Anati; yica Abafilisitiya+, abagabo amajana atandatu, akoresheje umuhunda w’inka; na we nyene akiza Isirayeli+.