ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 3:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Nturementanirize mugenzawe ikibi na kimwe+, mu gihe yumva yibereyeho atekanye kumwe nawe+.

  • Yeremiya 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Niwoze umutima wawe ububi, ewe Yeruzalemu, kugira ukizwe+. Mbega ivyiyumviro vyawe vy’ubuzimire bizoba muri wewe kugeza ryari+?

  • Zakariya 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 ntimugunge umupfakazi+ canke impfuvyi*+, kavamahanga+ canke umurushwa+, kandi ntimutegure mu mitima yanyu imigambi yo kugiriranira nabi+.’

  • Matayo 15:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nk’akarorero, mu mutima ni ho hava ivyiyumviro bibi+, ubwicanyi, ukurenga ibigo, ubusambanyi, ukwiba, ugushinga intahe z’ikinyoma, ukurogota+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika