ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nibavuza ihembe ry’impfizi y’intama maze mukumva iryo jwi ry’inzamba, abantu bose baze bavuze akaruru k’intambara gakomeye+; uruhome rw’ico gisagara ruzohomvokera hasi+; abantu bazoce baduga, umwe wese atumbereye imbere yiwe.”

  • Yesaya 18:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yemwe mwese ababa ku butaka bwimbuka+ namwe ababa kw’isi: muzobona ikintu gitangaje nk’igihe hadugijwe ikimenyetso ku misozi+, kandi muzokwumva ijwi nk’igihe havugijwe inzamba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika