Yesaya 60:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mu kibanza c’umujumpu nzozana inzahabu+, mu kibanza c’icuma nzane ifeza, mu kibanza c’igiti nzane umujumpu, mu kibanza c’amabuye na ho, icuma; kandi nzogena amahoro ngo akubere abacungezi+, n’ubugororotsi ngo bukubere abagabuzi b’ibikorwa+.
17 Mu kibanza c’umujumpu nzozana inzahabu+, mu kibanza c’icuma nzane ifeza, mu kibanza c’igiti nzane umujumpu, mu kibanza c’amabuye na ho, icuma; kandi nzogena amahoro ngo akubere abacungezi+, n’ubugororotsi ngo bukubere abagabuzi b’ibikorwa+.