ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 31:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzobiba inzu ya Isirayeli n’inzu ya Yuda nkoresheje imbuto y’umuntu n’imbuto y’igitungwa+.”

  • Hoseya 2:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nzomwibibira koko kw’isi nk’imbuto+, kandi nzogirira imbabazi uwutari yaragiriwe imbabazi+, kandi nzobwira abatari abantu banje nti: “Muri abantu banje+”; na bo bazovuga bati: “Uri Imana yacu+.”’”

  • Mika 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Amasigarira ya Yakobo+, hagati mu bisata vy’abantu vyinshi azoba nk’ikime kivuye kuri Yehova+, nk’imicuncubuko y’imvura ku bimera+, bititega umuntu canke ngo birindire abana b’umuntu yakuwe mw’ivu+.

  • Ivyakozwe 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ariko abari basanzajwe, baca mu gihugu bamenyesha inkuru nziza y’ijambo ry’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika