Zakariya 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ibi ni vyo Yehova Imana yanje avuze: ‘Ragira umukuku w’intama zigenewe kwicwa+, Zakariya 13:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Mu gihugu cose,” ni ko Yehova avuze, “ibice bibiri muri co bizorandurwa bipfe+, ariko igice kigira gatatu kizosigazwa muri co+.
8 “Mu gihugu cose,” ni ko Yehova avuze, “ibice bibiri muri co bizorandurwa bipfe+, ariko igice kigira gatatu kizosigazwa muri co+.