Matayo 13:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Umwana w’umuntu azotuma abamarayika biwe, na bo begeranye ibintu vyose bitsitaza+ be n’abantu bakora ivy’ubugarariji, babikure mu bwami bwiwe Luka 12:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 shebuja w’uwo mushumba azoza ku musi atamwiteze no kw’isaha atazi+, kandi azomuhana bimwe vya ruhasha*, amusangize umugabane n’ibihemu+.
41 Umwana w’umuntu azotuma abamarayika biwe, na bo begeranye ibintu vyose bitsitaza+ be n’abantu bakora ivy’ubugarariji, babikure mu bwami bwiwe
46 shebuja w’uwo mushumba azoza ku musi atamwiteze no kw’isaha atazi+, kandi azomuhana bimwe vya ruhasha*, amusangize umugabane n’ibihemu+.