Zefaniya 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Emwe, nzosigaza hagati muri wewe abantu baciye bugufi kandi batobato+, kandi bazohungira vy’ukuri mw’izina rya Yehova+. Zakariya 11:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko uwo musi iravunika, gutyo abarushwa bo mu mukuku+ bariko banyitegereza+ bamenya ko ryari ijambo rya Yehova.
12 Emwe, nzosigaza hagati muri wewe abantu baciye bugufi kandi batobato+, kandi bazohungira vy’ukuri mw’izina rya Yehova+.
11 Nuko uwo musi iravunika, gutyo abarushwa bo mu mukuku+ bariko banyitegereza+ bamenya ko ryari ijambo rya Yehova.