Yesaya 14:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 None umuntu azokwishura iki intumwa+ z’iryo hanga? Yuko Yehova ubwiwe yashinze umushinge wa Siyoni+, be n’uko muri we ari ho abarushwa bo mu bantu biwe bazohungira. Zefaniya 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Emwe, nzosigaza hagati muri wewe abantu baciye bugufi kandi batobato+, kandi bazohungira vy’ukuri mw’izina rya Yehova+.
32 None umuntu azokwishura iki intumwa+ z’iryo hanga? Yuko Yehova ubwiwe yashinze umushinge wa Siyoni+, be n’uko muri we ari ho abarushwa bo mu bantu biwe bazohungira.
12 Emwe, nzosigaza hagati muri wewe abantu baciye bugufi kandi batobato+, kandi bazohungira vy’ukuri mw’izina rya Yehova+.