Zaburi 133:1 Bibiliya y’isi nshasha 133 Raba! Ese ukuntu ari vyiza kandi bihimbayeKo abavukana babana mu bumwe+! Zakariya 11:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntora rero inkoni yanje Gikundiro+ ndayivuna+, kugira nice isezerano ryanje nari naragiranye n’ibisata vy’abantu vyose+.
10 Ntora rero inkoni yanje Gikundiro+ ndayivuna+, kugira nice isezerano ryanje nari naragiranye n’ibisata vy’abantu vyose+.