Zaburi 90:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ubwiza bwa Yehova Imana yacu nibube kuri twebwe+,Kandi igikorwa c’amaboko yacu ugishimangire kuri twebwe+.Egome, igikorwa c’amaboko yacu, nugishimangire+. Zakariya 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko ndabaragirira umukuku+ ugenewe kwicwa+, yemwe barushwa bo mu mukuku+. Ndaheza nironsa inkoni zibiri+. Imwe ndayita Gikundiro+, iyindi na yo ndayita Rwunzi+, maze ntangura kuragira umukuku.
17 Ubwiza bwa Yehova Imana yacu nibube kuri twebwe+,Kandi igikorwa c’amaboko yacu ugishimangire kuri twebwe+.Egome, igikorwa c’amaboko yacu, nugishimangire+.
7 Nuko ndabaragirira umukuku+ ugenewe kwicwa+, yemwe barushwa bo mu mukuku+. Ndaheza nironsa inkoni zibiri+. Imwe ndayita Gikundiro+, iyindi na yo ndayita Rwunzi+, maze ntangura kuragira umukuku.