Zaburi 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehova ni Umwungere wanje+.Nta co nzobura+. Zaburi 80:1 Bibiliya y’isi nshasha 80 Ewe Mwungere wa Isirayeli, tega ugutwi+,Wewe uyobora Yozefu nk’umukuku+.Wewe wicaye ku bakerubi+, nusayangane+! Zaburi 95:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko ari Imana yacu, natwe tukaba abantu bo mu buragiriro bwayo n’intama zo mu kuboko kwayo+.Uno musi nimwumviriza ijwi ryiwe+, Yesaya 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.
80 Ewe Mwungere wa Isirayeli, tega ugutwi+,Wewe uyobora Yozefu nk’umukuku+.Wewe wicaye ku bakerubi+, nusayangane+!
7 Kuko ari Imana yacu, natwe tukaba abantu bo mu buragiriro bwayo n’intama zo mu kuboko kwayo+.Uno musi nimwumviriza ijwi ryiwe+, Yesaya 40:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.
11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.