Yesaya 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ishari rya Efurayimu ritegerezwa kugenda+, mbere n’abanka Yuda bazorandurwa. Efurayimu ubwayo ntizogirira ishari Yuda, eka na Yuda ntizokwanka Efurayimu+. Ezekiyeli 37:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, niwitorere agakoni+ ukandikeko ngo: ‘Ni aka Yuda be na bene Isirayeli, bagenziwe+.’ Utore akandi gakoni ukandikeko ngo: ‘Ni aka Yozefu, agakoni ka Efurayimu+, be n’inzu ya Isirayeli yose, bagenziwe+.’
13 Kandi ishari rya Efurayimu ritegerezwa kugenda+, mbere n’abanka Yuda bazorandurwa. Efurayimu ubwayo ntizogirira ishari Yuda, eka na Yuda ntizokwanka Efurayimu+.
16 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, niwitorere agakoni+ ukandikeko ngo: ‘Ni aka Yuda be na bene Isirayeli, bagenziwe+.’ Utore akandi gakoni ukandikeko ngo: ‘Ni aka Yozefu, agakoni ka Efurayimu+, be n’inzu ya Isirayeli yose, bagenziwe+.’