Yesaya 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Yehova azokwitaho ivy’ingabo zo hejuru iyo hejuru, n’ivy’abami b’ubutaka ku butaka+.
21 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Yehova azokwitaho ivy’ingabo zo hejuru iyo hejuru, n’ivy’abami b’ubutaka ku butaka+.