ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 kugira ngo ugumize amaso yawe+ kuri iyi nzu ijoro n’umurango, aha hantu wavuze ku biherekeye uti: ‘Izina ryanje rizoba ng’aho+,’ kugira wumvirize isengesho umusavyi wawe atura yerekeje aha hantu+.

  • 2 Ngoma 7:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Ubu rero amaso yanje+ azoba ayuguruye, n’amatwi yanje+ abe ayumviriza isengesho risengewe aha hantu.

  • Yesaya 37:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Tega ugutwi, Yehova we, wumve+! Ugurura amaso+, ewe Yehova, ubone, wumve amajambo yose ya Senakeribu+, ayo yatumye gucokora Imana nzima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika