2 Ngoma 6:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uze wumvirize ukwinginga kw’umusavyi wawe+ n’ukw’abantu bawe Isirayeli nibasenga berekeje aha hantu+, kugira ngo wewe ubwawe wumve uri ahantu uba, uri mu majuru+; uze wumve maze ubabarire+. Zaburi 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+. Yeremiya 31:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bazoza barira+, kandi nzobazana binginga basaba kugirirwa ubutoni. Nzotuma bagenda baja ku myonga y’amazi+, ndabacishije mu nzira nziza batazotsitaramwo. Kuko Isirayeli namubereye Se+; Efurayimu na we ni imfura yanje+.”
21 Uze wumvirize ukwinginga kw’umusavyi wawe+ n’ukw’abantu bawe Isirayeli nibasenga berekeje aha hantu+, kugira ngo wewe ubwawe wumve uri ahantu uba, uri mu majuru+; uze wumve maze ubabarire+.
2 Niwumve ijwi ry’amajambo y’ukwinginga kwanje igihe ngutabaza,Igihe nduza amaboko yanje+ ndayerekeza ku cumba c’ahitereye c’ahantu heranda hawe+.
9 Bazoza barira+, kandi nzobazana binginga basaba kugirirwa ubutoni. Nzotuma bagenda baja ku myonga y’amazi+, ndabacishije mu nzira nziza batazotsitaramwo. Kuko Isirayeli namubereye Se+; Efurayimu na we ni imfura yanje+.”