ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 19:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Yamara umwe muri nya basoda amusogota icumu mu rubavu+, buno nyene havayo amaraso n’amazi.

  • Yohani 19:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Kandi vyongeye, ikindi canditswe kivuga ngo: “Bazoraba Uwo basogōse+.”

  • Yohani 20:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ubukurikira abwira Toma ati: “Shira urutoke rwawe ng’aha, urabe n’ibiganza vyanje, wongere ufate ukuboko+ kwawe ukwinjize mu rubavu rwanje, uheze ureke gukekeranya, ahubwo wemere.”

  • Ivyahishuwe 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ehe ariko arazanana n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona+, n’abamucumise bazomubona+; kandi imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Egome, Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika