Yesaya 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kuko ari umusi wa Yehova nyen’ingabo+. Uri ku muntu wese yinantaza kandi yishira hejuru, no ku muntu wese ari hejuru canke ari hasi+; Yoweli 2:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Izuba rizohinduka umwiza+, ukwezi guhinduke amaraso+, imbere y’uko haza wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+. 2 Petero 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yamara umusi wa Yehova+ uzoza nk’igisuma+, aho amajuru azovaho+ mu kwasana gukomeye+, mugabo ibintu bikazoyagishwa n’ugushuha gukaze+, n’isi+ n’ibikorwa biri muri yo bikazoshirwa ku mugaragaro+.
12 Kuko ari umusi wa Yehova nyen’ingabo+. Uri ku muntu wese yinantaza kandi yishira hejuru, no ku muntu wese ari hejuru canke ari hasi+;
31 Izuba rizohinduka umwiza+, ukwezi guhinduke amaraso+, imbere y’uko haza wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+.
10 Yamara umusi wa Yehova+ uzoza nk’igisuma+, aho amajuru azovaho+ mu kwasana gukomeye+, mugabo ibintu bikazoyagishwa n’ugushuha gukaze+, n’isi+ n’ibikorwa biri muri yo bikazoshirwa ku mugaragaro+.