Yesaya 42:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ndi Yehova. Iryo ni ryo zina ryanje+; kandi nta wundi n’umwe nzoha ubuninahazwa bwanje+, eka sinzoha ishemezo ryanje+ ibishusho bibajwe+. Yesaya 44:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Ibi ni vyo Yehova avuze, wa Mwami wa Isirayeli+ n’Umucunguzi wiwe+, Yehova nyen’ingabo: ‘Ndi uwa mbere kandi ndi uwa nyuma+, kandi uretse jewe nta Mana iriho+.
8 “Ndi Yehova. Iryo ni ryo zina ryanje+; kandi nta wundi n’umwe nzoha ubuninahazwa bwanje+, eka sinzoha ishemezo ryanje+ ibishusho bibajwe+.
6 “Ibi ni vyo Yehova avuze, wa Mwami wa Isirayeli+ n’Umucunguzi wiwe+, Yehova nyen’ingabo: ‘Ndi uwa mbere kandi ndi uwa nyuma+, kandi uretse jewe nta Mana iriho+.