Yesaya 48:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kubera jewe, kubera jewe nzogira ico nkoze+, kuko, mbega hari uwokwemera guhumanywa+? Kandi nta wundi n’umwe nzoha ubuninahazwa bwanje+.
11 Kubera jewe, kubera jewe nzogira ico nkoze+, kuko, mbega hari uwokwemera guhumanywa+? Kandi nta wundi n’umwe nzoha ubuninahazwa bwanje+.