2 Ngoma 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mugabo nzotora Yeruzalemu+ kugira ngo izina ryanje ribeyo, kandi nzotora Dawidi kugira ngo aganze abantu banje Isirayeli+.’ Zakariya 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova azokwigarurira koko Yuda, imubere umugabane ku butaka bweranda+, kandi azokwongera gutoranya Yeruzalemu+.
6 Mugabo nzotora Yeruzalemu+ kugira ngo izina ryanje ribeyo, kandi nzotora Dawidi kugira ngo aganze abantu banje Isirayeli+.’
12 Yehova azokwigarurira koko Yuda, imubere umugabane ku butaka bweranda+, kandi azokwongera gutoranya Yeruzalemu+.