1 Samweli 15:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Samweli na we avuga ati: “Mbega Yehova ahimbarwa n’amashikanwa aturirwa+ be n’ibimazi kuruta kugamburuka ijwi rya Yehova? Erega kugamburuka+ kuruta ikimazi+, kwumvira kukaruta ibinure+ vy’impfizi z’intama; Amosi 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo nimwanshikanira amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, amashikanwa yanyu ntazompimbara+, n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira vy’ibitungwa bikiri bito binuze sinzobiraba n’ijisho+.
22 Samweli na we avuga ati: “Mbega Yehova ahimbarwa n’amashikanwa aturirwa+ be n’ibimazi kuruta kugamburuka ijwi rya Yehova? Erega kugamburuka+ kuruta ikimazi+, kwumvira kukaruta ibinure+ vy’impfizi z’intama;
22 Mugabo nimwanshikanira amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, amashikanwa yanyu ntazompimbara+, n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira vy’ibitungwa bikiri bito binuze sinzobiraba n’ijisho+.