Zaburi 137:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!” Yesaya 34:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Kuko mu majuru inkota+ yanje izojobekwa koko. Raba! Izomanuka kuri Edomu+, no ku bantu nahebeye gutikizwa+ mu butungane. Obadiya 18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Inzu ya Yakobo izoba koko umuriro+, inzu ya Yozefu ibe urubeya, inzu ya Esawu na yo ibe nk’ibishakara+; bazobatongora, babarigate. Nta wuzorokoka mu nzu ya Esawu+; kuko Yehova ubwiwe abivuze.
7 Ewe Yehova, ibuka+ ku biraba abana ba Edomu+ wa musi wa Yeruzalemu+,Bamwe bavuga ngo: “Hakobe! Hakobe gushika no ku mushinge waho+!”
5 “Kuko mu majuru inkota+ yanje izojobekwa koko. Raba! Izomanuka kuri Edomu+, no ku bantu nahebeye gutikizwa+ mu butungane.
18 Inzu ya Yakobo izoba koko umuriro+, inzu ya Yozefu ibe urubeya, inzu ya Esawu na yo ibe nk’ibishakara+; bazobatongora, babarigate. Nta wuzorokoka mu nzu ya Esawu+; kuko Yehova ubwiwe abivuze.