Luka 20:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Erega, ntibashobora kumufatira kuri iryo jambo imbere y’abantu, ahubwo bumizwa n’inyishu yiwe, ntibavuga ikintu na kimwe+.
26 Erega, ntibashobora kumufatira kuri iryo jambo imbere y’abantu, ahubwo bumizwa n’inyishu yiwe, ntibavuga ikintu na kimwe+.