Mariko 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze Abasadukayo* baza kuri we, bamwe bavuga ko ata zuka ririho, bamubaza iki kibazo+ bati: Luka 20:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ariko bamwe mu Basadukayo*, bamwe bavuga ko ata zuka ririho, baraza+, bamubaza Ivyakozwe 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 bababajwe n’uko bariko bigisha abantu bongera bamenyesha batomora ivy’ukuzuka mu bapfuye ku bijanye na Yezu+. Ivyakozwe 23:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko Abasadukayo+ bavuga ko ata zuka+ canke umumarayika canke impwemu bibaho, mugabo Abafarizayo bo bakavyatura icese vyose.
2 bababajwe n’uko bariko bigisha abantu bongera bamenyesha batomora ivy’ukuzuka mu bapfuye ku bijanye na Yezu+.
8 Kuko Abasadukayo+ bavuga ko ata zuka+ canke umumarayika canke impwemu bibaho, mugabo Abafarizayo bo bakavyatura icese vyose.