Mariko 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze umwe mu banditsi yari yaje akabumva baharira, amenya yuko abishuye neza, amubaza ati: “Ibwirizwa rya mbere muri yose ni irihe+?”
28 Maze umwe mu banditsi yari yaje akabumva baharira, amenya yuko abishuye neza, amubaza ati: “Ibwirizwa rya mbere muri yose ni irihe+?”