Gusubira mu vyagezwe 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko hagati mu gihugu hatazokwigera habura umworo+. Ni co gituma ndagutegetse, nti: ‘Uze upfumbatururire cane ikiganza cawe mwene wanyu w’umurushwa kandi w’umworo mu gihugu cawe+.’ Mariko 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko aboro+ mubamana, kandi igihe cose mubishakiye murashobora kwama mubagirira neza, mugabo jewe ntimuzonyamana+.
11 Kuko hagati mu gihugu hatazokwigera habura umworo+. Ni co gituma ndagutegetse, nti: ‘Uze upfumbatururire cane ikiganza cawe mwene wanyu w’umurushwa kandi w’umworo mu gihugu cawe+.’
7 Kuko aboro+ mubamana, kandi igihe cose mubishakiye murashobora kwama mubagirira neza, mugabo jewe ntimuzonyamana+.